Abarundi 24 gusa mu bakozi 276 ba EAC
Abarundi 24 gusa ni bo bari mu bakozi 276 ba EAC. Umushikiranganji Édouard Bizimana avuga ko icongereza n’impamyabushobozi ari zimwe mu ntambamyi, mu gihe EAC yitegura gusubira gutanga akazi.
Education, language learning and practical skills for life and work in Burundi. Clear explanations of what matters.
Abarundi 24 gusa ni bo bari mu bakozi 276 ba EAC. Umushikiranganji Édouard Bizimana avuga ko icongereza n’impamyabushobozi ari zimwe mu ntambamyi, mu gihe EAC yitegura gusubira gutanga akazi.
Kumenya Icongereza biriko birushiriza kuba ngirakamaro mu Burundi. Raba ingene Karitas Academy ifasha abantu kwiga no gukoresha Icongereza aho bari, bakoresheje telefone yabo ngendanwa.