SPIDERNET: Hotspot Wi-Fi Mu Burundi
SPIDERNET iriko iragura internet ya Wi-Fi mu Burundi, kugira ifashe abantu kwiga, gukora, gucuruza no kuronka amakuru kuri internet. Ni igiki cabaye? Ku wa 3 Mukakaro 2026, SPIDERNET Burundi yatanguje hotspot ya Wi-Fi kw’Isoko rya Siyoni i Bujumbura. Delphin Ntirenganya, uwari aserukiye Ubushikiranganji buraba ubutunzi bw’ubuhinga bwa none, yashimiye iyi ntambwe yo guteza imbere internet…
