Uburundi bugiye kugarukana chimpanzé 20 zivuye muri Kenya
Uburundi buriko buriga umugambi wo kugarukana chimpanzé 20 ziri muri Kenya no kuzitegurira ikigo kidasanzwe i Kigwena.